Canada: Kuki aba batimbo batumweko n’umuhanga Maxwell Abel mu birori?

Canada: Kuki aba batimbo batumweko n’umuhanga Maxwell Abel mu birori?

Abel Maxwell yashimye kugira igiteramo imbere y'abarorerezi bashika 850, kuko asanga ubuhanzi bugiye hamwe buvamwo vyiza kurusha.