Inyuma y'iyicwa rya Floyd, imyiyerekano yakwiye ibihugu vyinshi

Mukwiyamiriza amacakubiri y'urukoba yahitanye umuny'Amerika w'umwirabure, abiyerekana biyamiriza n'amabi yo muri kahise.