Urupfu rwa Perezida Pierre Nkurunziza

Urupfu rwa Perezida Pierre Nkurunziza

Yitavye Imana ahitanywe n'indwara y'umutima, uko leta ibisigura. Ibi ni bikuru vyaranze intwaro yiwe.