Togo: Uko imiryango y’abakene itoranywa igafashwa

Muri Togo, 35 000 nibo bahiswemwo n'ubuhinga bw'ikoranabuhanga n'umuco, bafashishwa amahera, m'ubukene bwunyuwe na Coronavirus.