Radovan Karadzic yakatikawe gufungwa kubera jenoside yo muri Bosniya

Radovan Karadzic mu mujyi wa Jajce mu kwezi kwa munani, 1995

Ahavuye isanamu, AP

Insiguro y'isanamu,

Radovan Karadzic mu kwezi kwa munani. 1995

Uwari umuyobozi w'baserbe ba Bosniya, Radovan Karadzic yakatikiwe gufungwa imyaka 40 kubera icyaha cya jenoside n'ibyaha byo mu ntambara yo muri 1992-95

Uwahoze ari umukuru w'aba Serbe bo muri Bosnie, Radovan Karadzic, yagiriwe n'ivyaga vya Genoside n'ivyo mu ntambara yakoze hagati y'imyaka 1992-1995, aca acibwa igihano co gupfungwa imyaka 40.

Abacamanza ba Onu b'I La Hague basanze yakoze ivyaha 10 kuri 11 yagirizwa, harimwo genoside yakorewe mu bwicanyi bw'I Srebrenica.

Karadzic ubu afise imyaka 70, akaba ari na we mutegetsi akomeye ari imbere y'ubutungane kubera ubwicanyi bwabereye mucahoze citwa Yougoslavie.

Urubanza rwiwe ruzokwama rubonwa nk'urwo ivyaha vyo mu ntambara ruciwe kuva habaye intambara ya kabiri y'isi yose.