Urukurikirane rwa BBC rwerekeye kwimenya, abagore n'umushatsi

Mu rukurirane rushasha rwa BBC rwerekeye "Kwimenya", BBC yaganiriye n'abagore bo hirya no niho ku kuntu babona umushatsi wabo n'ikibanza bawuha mu buzima bwabo.