Ubuzima bwa Papa Wemba mu mafoto (1949 - 2016)

Umwe mu vyamamare vy'umuziki muri Afrika, Papa Wemba, yapfuye ari mu giteramo. Reka dukubitize amaso inyuma ku buzima bwiwe mu mafoto.

Insiguro y'isanamu,

Papa Wembe, icamamare mu muziki wo muri Kongo yitavye Imana afise imyaka 66

Insiguro y'isanamu,

Yafashije guteza imbere umuziki muri Kongo, bituma umuziki wa Rumba yo muri Kongo uba muyikunzwe cane ku mugabane wa Afrika

Insiguro y'isanamu,

Inyambaro yiwe ihinyanyuye yabereye akarorero urwaruka rwinshi muri Afrika, mu kizwi nka Sapeurs

Insiguro y'isanamu,

Mu 2004 yarahamijwe icaha mu Bufaransa co kuzana abimukira akavuga ko ari abanyamuziki biwe

Insiguro y'isanamu,

Yari amaze mu muziki imyaka ishika hafi mirongo itanu

Insiguro y'isanamu,

Indirimbo zakunzwe cane za Wemba zirimwo L'Esclave na Le Voyageur

Insiguro y'isanamu,

Yapfuye ari mu giteramo, iyi foto n'iya konseri yiwe ya nyuma muri Cote d'Ivoire