Mu gusezera Papa Wemba aba Sapeurs ntibatanzwe

Abari mu rwego rw'abiyita ko bazi kwambara neza muri Kongo, Sapeurs, bari baje gutera iteka Papa Wemba, bivugwa ko ariwe yatanguje urwo rwego

Insiguro y'isanamu,

Aba Sapeur b'i Kinshasa bakoresha utugenegene twinshi mu guhingura ivyo bambara

Insiguro y'isanamu,

Ku ba Sapeur b'i Kinshasa kwambara ni nk'idini

Insiguro y'isanamu,

Ku mu Sapeur igihambaye n'ubusa neza

Insiguro y'isanamu,

Kinshasa usanzwe ari umuji ushushe cane, ariko ku mu Sapeur si ikibazo

Insiguro y'isanamu,

Umusapeur n'amarori yakaka

Insiguro y'isanamu,

Aba Sapeurs b'i Kinshasa

Insiguro y'isanamu,

Aba Sapeurs b'i Kinshasa ubushuhe ntaco bwari bubabwiye baje guherekeza Papa Wemba

Insiguro y'isanamu,

Kwambara neza biri mu vyaranga umuhisi Papa Wemba, abakunzi biwe bakaba bakurikiza uwo mugenzo

Insiguro y'isanamu,

Aba Sapeur nabo bari baserutse gusezera Papa Wemba i Kinshasa