Imyigaragambyo muri Kenya

Abantu 3 bazize imyigaragambyo yamagana akanama gashinzwe amatora muri Kenya. Abigaragambya barashinja ako kanama kubogamira kuri leta mbere y'amatora y'umwaka utaha.