Umwana yagizwe umuja afise imyaka cumi

Dampson, afise imyaka cumi yakuwe mu muryango wiwe muri Ghana, ategekwa kuja gukora mu burovyi ku nguvu