Amajambo ya trump kuri Mexique
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amwe mu majambo ya Trump kuri Mexique

Donald Trump, yifatiye mu gahanga akatari gake abanya Mexique mu gihe co kwiyamamaza, aragendera ico gihugu.

Yifuza kuganira n'umukuru wa Mexique imbere y'ijambo ryiwe ku kibazo c'abimukira.

Turasubira inyuma twihweze amwe mu majambo yavuze kuri Mexique mu gihe co kwiyamamaza.