Umuriro wateye Londres haraheze imyaka 350 wariganywe
Umuriro wateye Londres haraheze imyaka 350 wariganywe
Inyubako yigana uko igisagara ca Londres cari kimeze igihe casha mu kinjana ca 17 yaraturiwe ku nkengera z'uruzi Thames.
Abantu isinzi bagiye gushengerera aho umuriro wigana uwiswe " The Great fire of London" wakongora iy nyubako y'ibiti yangana na metero 120 mu burebure.