Ubona wi-fi yokurwa aho itangwa ku buntu?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Wi-fi ngo isigaye iteza ibibazo mu mazu y'abandaza.

Abenshi muri twebwe dufata internet y'ubuntu nk'ibisanzwe, ikintu dushobora kubona aho tugishakiye.

Ariko ku badandaza bayitanga ku buntu bo siko babibona.

Muri Londres, amazu amwe amwe banyweramwo icayi, yafashe ingingo zikomeye ku bayajamwo bajanywe na wi-fi.

Aho uherereye hari ivyo uhora uhabona?

Ubivugako iki?