Umugore wo muri Somalia yarangije Kaminuza afise imyaka 60

Umugore wo muri Somalia yarangije Kaminuza mu vy'amategeko afise imyaka 60, akaba ashaka kubandanya ngo yige na Masters