Umwami wa Thailand Bhumibol Adulyadej yitavye Imana afise imyaka 88

Umwami wa Thailand Bhumibol Adulyadej yari yubashwe cane muri Thailand Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Umwami wa Thailand Bhumibol Adulyadej yari yubashwe cane muri Thailand

Umwami wa Thailand Bhumibol Adulyadej yari ari ku ngoma umwanya muremure kw’isi, yitavye Imana afise imyaka 88, nk’uko bitangazwa n’ubutegetsi bw’ico gihugu.

Yitavye Imana amaze ku butegetsi imyaka 70