"Ishamba" rya Calais ririmwo amajana y'abana b'impunzi badaherekejwe
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

"Ishamba" rya Calais ririmwo amajana y'abana b'impunzi badaherekejwe

"Ishamba" rya Calais ririmwo amajana y'abana b'impunzi badaherekejwe bashaka kuza mu Bwongereza. Leta y'ico gihugu ivuga ko abafise imiryango mu Bwongereza bazobazana mu minsi mike.