Aziya yo hagati ikenye amazi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Amazi ashobora guteza intambara muri Aziya yo hagati?

Kuva ubutegetsi bw'Uburusiya bwunze Ubumwe busambutse, bimwe mu bihugu bitanu vyo muri Aziya yo hagati vyasabikanya amazi n'umuyagankuba vyagiye mu ngorane.

Imishamirano yo ku nzego zo hafi na hafi imaze kwibonekeza, ariko hari abagabisha ko bishobora kuba ikibazo gifata intera nini.