Abanyagihugu bishwe mu ntambara ya Yemen

Yemen

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu,

Abarwanya leta ya Yemen baregwa kwica abanyagihugu

Abenshi mu baguye mu giteroco muri Yemen bivugwa ko ari abagore n'abana, baguye mu nzu zarashwe kubera kwihenda.

Taez n'umuji wabaye akarere k'intambara hagati y'abarwanyi b'aba Houthi n'abashigikiye perezida, Abdrabbuh Mansour Hadi, ashigikiwe na Arabia Saudite.

Urwo runani rwakozmeje kuregwa ko rwagavye ibitero bikagwa ku banyagihugu basanzwe.