Umuyaga ukaze wishe abantu mu Butaliyano

Umuyaga wishe abantu babiri ukomeretsa abandi benshi mu buraruko bwa Roma na hagati mu gihugu mu Butaliyano.