Ni uwuhe mukinyi w'Umunyafrika yarushije abandi mu mwaka 2016

Ihiganwa rya BBC ry'umukinyi yarushije abandi muri Afrika 2016
Tora umukinyi w'Umunyafrika yarushije abandi mu mupira w'amaguru mu mwaka 2016 mw'ihiganwa rya BBC.
Nk'uko vyama bigenda buri mwaka, n'uno mwaka BBC ibahaye akaryo ko gutora umukinyi w'umupira w'amaguru w'Umunyafrika yarushije abandi muri uno mwaka wa 2016.
Kugira utore uwo wibaza ko akwiye agashimwe ka BBC k'umukinyi w'umupira w'amaguru w'Umunyafrika yarushije abandi muri uno mwaka, kanda ngaha
Aba bakinyi bakurikira batanu nibo bahiganwa uno mwaka. Ushobora kuraba video y'umwe umwe aha munsi.
Sadio mane
Tora Sadio Mane nk'umukinyi wa Afrika yarushije abantu mu 2016
Yaya Toure
Tora Yaya Toure nk'umukinyi wa Afrika yarushije abandi mu 2016
Pierre-Emerick Aubameyang
Tora Pierre-Emerick Aubameyang nk'umukinyi wa Afrika yarushije abandi mu 2016
Riyad Mahrez
Tora Riyad Mahrez nk'umukinyi wa Afrika yarushije abandi mu 2016
Andre Ayew
Tora Andre Ayew nk'umukinyi wa Afrika yarushije abandi mu 2016