Amatohoza yerekanye ko abakinyi b'umupira w;amaguru bo muri Afrika bacinyizwa.

Amatohoza yerekanye ko abakinyi b'umupira w'amaguru bo muri Afrika bacinyizwa, bahabwa imishahara mito bakanagira amakenga yo kuronka akazi.