Nigeria igandariye abakristu baguye mu nyubakwa yabomotse

Inyubakwa yabomotse
Insiguro y'isanamu,

Inyubakwa yabomotse

Reta yategetse ikigandaro c'iminsi ibiri kuva ku munsi wa Mungu.

Abari mw'isengero "Reigners Bible Church" barimwo buramatari wa Akwa Ibom, Udom Emmanuel yarokotse.

Iyo sengero yari ikiriko irubakwa, abakozi bakaba bari bayinyarukije kubera urubanza rwahategekanirizwa rw'uwuharonkera ubupadiri, nkuko ivyabona bivuga.