Amamiriyoni y'abantu nta mazi yo kunywa bafise muri Chilie

Amamiriyoni y'abantu nta mazi yo kunywa bafise muri Chilie, bitewe n'imvura y'isegenya yacafuje uruzi rukuru, abajejwe intwaro baca bugara amazi