Abawigeze mu Burundi: Nduwayo Stanley batazira Maradona
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abawigeze mu Burundi: Nduwayo Stanley batazira Maradona

Mu rukurikirane rwa BBC Gahuzamiryango rw'abakinyi b'umupira w'amaguru bagacishijeko kera, uno munsi twaganiriye na Nduwayo Stanley batazira Maradona