Maroc yatsinze iya Afrika y'epfo seti 3-0
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Kuri uyu wa kane ikipe ya Maroc y'abagabo yatsinze iya Afrika y'epfo seti 3-0.

Ni mu mikino yo guhatanira igikombe cya Afurika cy'umukino wa Volleyball y'ababana n'ubumuga (sitting volleyball) ibera mu Rwanda.