Igice ka kabiri c'ibiganiro ku batwa
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Urukukirane rw'ibiganiro ku batwa bo mu Rwanda no mu Burundi

Ikembe n'ikondera ni bimwe mu bicurarangisho kavukire bitakiboneka henshi mu Rwanda.

Abatwa bagumije umuco wo gukoresha ivyo bicurarangisho, n'ubwo atari umwihariko wabo.

Narcisse Ndereyehe, umwe mu bahinga babayeho mu kuvuza ikondera, n'abandi batwa bagenzi we bavuza ikembe, bagacishirijeko abanyamakuru ba BBC igihe babagendera ku musozi wa Mugina, akarere ka Kamonyi mu ntara y'Amaj'epfo mu Rwanda.

Abatwa barifuza ko ibi bicurarangisho bishimisha benshi, vyobungabungwa ntibicike burundu.