Udushimwe twa Nobel twaturutse hehe?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Gutanga agashimwe ka Nobel vyavuye hehe?

Agashimwe kitiriwe Nobel mu bijanye no kwandika, uno munsi kahawe umwanditsi w'Umwongereza Kazuo Ishinguro, nayo uwatsindiye akitiriwe amahoro buca amenyekana.

Ariko none utwo duhembo dutangwa tuva hehe? Twaje gute? canke amahoro na dynamite bihuriye he?