HRW irashinja DRC gukoresha M23 mu guhosha imyigaragambyo
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

HRW irashinja DRC gukoresha M23 mu guhosha imyigaragambyo

Umuryango uharanira uburenganzira bw'ikiremwamuntu, Human Rights Watch, uravuga ko abategetsi bo muri Repubulika iharanira demokarasi ya Congo bakoresheje abahoze ari abarwanyi b'umutwe wa M23 mu guhosha imyigaragambyo y'abatavuga rumwe na leta umwaka ushize.

Ida Sawyer wo muri Human Rights Watch avuga ko ibi babibwiye n'abibyoneye ubwabo.