Imvo n'Imvano ku biganiro bya politike mu Burundi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n'Imvano yo kuri uyu wa Gatandatu irasesengura ibibazo bya politike mu Burundi

Imvo n'Imvano yo kuri uyu wa Gatandatu tariki ya 16/12/2017 irasesengura ikibazo cy'ibiganiro bya politike mu Burundi. Abatumire ni Terrence Ntahiraja (Wungirije minisitiri w'Ubutegetsi), Edouard Nduwimana (Umuhuza w'Abarundi), Léonce Ngendakumana (wo mu muri CNARED) na Gabriel Rupfiri (wo mu muryango utegamiye kuri leta OLUCOM).