Inzara zura inzara muri Kasai
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abana barageramiwe na kigoyi muri RD Congo

Imiryango yari yahunze intambara hagati y'ingabo za leta n'abashigikiye umutegetsi wo mu karere arongoye umurwi w'ubwoko, ubu irageramiwe n'ubukene bw'ibifungurwa.

Ishirahamwe mpuzakungu ryemeje ko ako kaga kageramiye cane cane abana muri R D Congo ariko gakeneye ubutabazi bwihuta, co kimwe no muri Yemen, Syria na Iraq.