Imvo n'imvano ku mpunzi z'abanyarwanda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Imvo n'imvano ku mpunzi z'abanyarwanda zahunze hagati ya 1959 na 1998

Akaranga k'ubuhunzi ku mpunzi zagiye hagati ya 1959 na 1998 karangiranye n'umwaka uheze, abatari bake basubira mu gihugu c'amavuko. Abatatashe bazobandanya babaho gute?