Bazamuganga: akaranda k'impene n'intama
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Bazamuganga: akaranda k'impene n'intama

Mu kiganiro Bazamuganga turavuga ku ndwara yadutse ikica impene nyinshi mu ntara zitatu zo mu Burundi yitwa akaranda k'impene n'intama.

Prime Ndikumagenge araganira na muganga w'ibitungwa, Dieudonné Simbakira.