Abakobwa banyurujwe na Boko Haram muri Nigeriya, bakoreshwa iki?

Abahohotewe na Bokoharam Uwufise ububasha kw’isanamu Getty Images
Image caption Boko Haram yanyuruje abakobwa benshi mu buraruko bwa Nigerira

Umugwi w'abarwanyi ba ki Islam wo muri Nigeriya, Boko Haram, wanyuruje abana benshi b'abakobwa, abavuzwe cane akaba ari 200 bakuwe kw'ishure ry'i Chibok mu buraruko bw'igihugu. None Boko Haram yabakoresha iki?

Kanda ngaha ubimenye >