Leta y'u Burundi iravuga ko imaze kwakira hafi abayoboke bose ba Zebeya.
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Leta y'u Burundi iravuga ko imaze kwakira hafi abayoboke bose ba Zebeya.

Leta y'u Burundi iravuga ko imaze kwakira hafi abayoboke bose ba Zebeya bari bamaze imyaka itatu barahunze u Burundi.

Babanje guhungira muri Congo nyuma baja mu Rwanda kubera ko batumvikanye na leta ya Congo kubera ivyo bemera.

Ariko no mu Rwanda bananawe kumvikana na leta y'ico gihigu, kubera na none ibyo bemera' biba ngombwa ko basubira mu gihugu cyabo.

Uburundi buravuga ariko ko urutonde bahawe na leta y'u Rwanda rutandukanye n'umubare nyawo w'abantu bwakiriye.

Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati, Therence Ntahiraja, yabwiye BBC Gahuza uko bababakiriye.