Muri Amerika, inguge yibarutse ingabo!
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Muri Amerika, inguge yibarutse ingabo!

Mu kigo c’iratiro ry’ibikoko mva shamba c’i Smithsonia muri Amerika, inguge yavyaye icana c’ikigabo.

Akamwemwe si kur’iyo nguge gusa, isanzwe iri no mu bwoko buriko burahona.