Urashaka kumenya ko ubuvyibuhe bwawe ata ndwara bunyegeje?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Urashaka kumenya ko ubuvyibuhe bwawe ata ndwara bunyegeje?

Wogira gute ngo umenye ko ubuvyibuhe bwawe ata ngaruka bunyegeje, canke ko uriko urarenza urugero na cane cane mu nda?Ubu buryo bwo gukoresha akagozi buroroshe. Ng’uku uko bigenda…