Urugendo rurerure rw’Itahuka ry’aba nye Palestiniya
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Aba nye Palestiniya bafise iyihe ntumbero mur’iyi myiyerekano yabo y’indwi zitandatu?

Aba nye Palestiniya baba mu karere ka Gaza batanguye imyiyerekano bise ‘Urugendo rurerure rw’Itahuka’. Biyerekana basaba uburenganzira bwo gutaha mu turere bahunze bavamwo imbere y’umwaka w’1948. Utwo turere ubu turi mu gice gitwarwa n’ubutegetsi bwa Israyeli. Umuntu yotahura gute kahise kabo? Ubutegetsi bwa Palestina bwo bubona gute uburenganzira bwabo bw’ugutahuka?