Ikiganiro ku mirimo y'abasirikare b'abarundi bari muri Somalia

Ikiganiro ku mirimo y'abasirikare b'abarundi bari muri Somalia

Abarundi bo mu mugwi Amisom bafasha gutsimbataza amahoro n'umutekano mu karere ka gatanu ka Hirshabelle mu buraruko bushira uburengero bwa Somalia. Barangura ico gikorwa gute? Ivyo nivyo BBC ibashikiriza muri kino kiganiro.