Isuku mu Butinya nka, abanyeshure barashize ahabona ikizira
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Isuku mu "butinya nka": abana b'abanyeshure barashira ahabona ikizira n'inyishu ku ngorane bagira

Isuku mu bihe vy’ubutinyanka, rijanye no gushira ahabona ingorane abigeme n’abagore bagira mur’ivyo bihe, n’inyishu zimwe zimwe zigenda ziratorwa, bifatiye ku mico, n’iterambere vy’abantu. Aba bana b’abigeme barashima utu dukoresho tubafasha mu buzima bwabo bwa minsi yose.