Burundi: Umunsi mukuru w'aba Islamu mu mafoto

Image caption Aba Islamu b'i Burundi mu bisabisho ku munsi mukuru wa Ramazani

Aba islam bo mu Burundi bifadikanije n'abo kw'isi yose mu guhimbaza umusi mukuru wa Ramazani inyuma y'iminsi 30 bari mu mafungo.

Abagore n'abigeme ntibasengera mu kibanza kimwe n'abagabo mw'idini rya Islamu.

Image caption Abagore n'abigeme mu bisabisho vya Ramazani

Hari ababoneyeho kurondera agafaranga, bagurisha utuntu n'utundi.

Image caption Hari ababoneyeho kurondera udufaranga mu kugurisha utuntu n'utundi
Image caption Hari ababoneyeho kurondera udufaranga mu kugurisha utuntu n'utundi
Image caption Hari ababoneyeho kurondera udufaranga mu kugurisha utuntu n'utundi

Abagendana ubumuga ntibatanzwe kuja kwifatanya n'abandi mu masengesho.

Image caption Abagendana ubumuga bifadikanije n'abandi baja mu masengesho
Image caption Abarushe bari bicaye
Image caption Uwugendana ubumuga yiyunguruje aja kwifatanya n'abandi

Uwuserukira idini rya Islamu mu gihugu c'u Burundi Sadiki Kajandi asigurira abamenyeshamakuru ico uwo munsi mukuru usigura.

Image caption Uwuserukira idini rya Islamu mu Burundi Sadiki Kajandi