Mu 2050, Afrika izaba ibara abantu miliyaridi 2 n'igice.

Mu 2050, Afrika izaba ibara abantu miliyaridi 2 n'igice.
Amwe mu mazu y'i Kigali-Rwanda

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu,

Ikigo "Mass" cyahawe igihembo "Ashden" mu Bwongereza, gikorera mu Rwanda

Mu 2050, Afrika izaba ibara abantu miliyaridi 2 n'igice. Ikyigo ''Mass" cy'abahinga mu nyubako, cyemeza ko amabwirizwa y'inyubako ni atubahirizwa, bizatera ibibazo binyuranye. Umva ibyo Christian BENIMANA uyoboye ikyigo "Mass" mu Rwanda yabgiye BBC.