Afatanya gute urugo n'akazi ko guhagararira igihugu?
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Afatanya gute urugo n'akazi ko guhagararira igihugu?

Jeanne d'Arc Mujawamariya, uhagarariye Urwanda mu Burusiya, aratubwira uko afatanya ubuzima bwo mu rugo n'akazi ko guhagararira igihugu.

Aranatubwira uko yitwara muri iki gihe cy'irushanwa ry'igikombe cy'isi kibera mu Burusiya.

Arasubiza ibibazo bya Victoria Uwonkunda.