Utaraba igikombe c'isi kibera mu Burusiya, ikindi wokora ni iki?

Si abantu bose bakunda umupira w'amaguru, kandi iyo hari ihiganwa nk'igikombe c'isi usanga basa n'ababuze ico bakora... ariko ivyo gukora biruzuye!!

...ivyo gukora ni vyinshi cane mu gihe idashimye kuraba umupira.
Insiguro y'isanamu,

...ivyo gukora ni vyinshi cane mu gihe idashimye kuraba umupira.

Insiguro y'isanamu,

Ushobora kandi guora ibi...