Ubu birazwi igituma abagore baramba kuruta abagabo
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ubu birazwi igituma abagore baramba kuruta abagabo

Aba bashakashatsi batubwira ko dufise uruhara mu kuramba kwacu, bakanongera ko, ko imvo zituma abagore baramba kuruta abagabo atari nyinshi.