Ikiganiro ku ngingo yo guhagarika amashuli adakora neza mu Burundi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ubutegetsi bw'i Burundi bwaraharitse amashuli atashikanye 20%

Ubutegetsi bw'i Burundi buherutse gufata ingingo yo guhagarika amashuli atashikanye 20% mu kibazo ca leta no gushinga amahera azoza aratangishwa mu mashuli ategamiye leta.