Icadindije ibiganiro vy'abarundi ni iki? Umva insiguro z'umuhinga
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Icadindije ibiganiro vy'abarundi ni iki? Umva insiguro z'umuhinga mu vya politike

BBC yashatse kumenya icatumye ibiganiro bihuza abarundi vyabera mu muji wa Arusha muri Tanzania bidindira, duca tuvugana n'umuhinga mu vya politike, umwigisha Julien Nimubona.

Ku bwiwe ngo imvo ni nyinshi harimwo no kutumvikana kw'ibihugu vy'akarere ku kibazo c'u Burundi.