Pierre Buyoya avuga ko umutahe wo kumufata urimwo politike
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Uwahoze atwara u Burundi, Pierre Buyoya, yabwiye BBC ko gusohorerwa umutahe wo gufatwa ari politike

Nyuma yo gusohorerwa umutahe wo gufatwa yagirizwa uruhara mu bwicanyi bwa Prezida Melchior Ndadaye, Pierre Buyoya yabwiye BBC ko harimwo imvo za politike.

Iki ni ikiganiro kigufi yagiranye na Ally Yusufu Mugenzi wa BBC.

Ibindi bisa n’ibi