Imvo n'imvano ku cuka kiri hagati y'u Burundi n'u Rwanda
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Abatumire ba BBC barashikiriza ivyiyumviro ku cuka kiri hagati y'u Burundi n'u Rwanda

Abatumire ba BBC Théogène Rudasingwa na Léonce Ngendakumana barashikiriza ivyiyumviro ku cuka kiri hagati y'u Burundi n'u Rwanda inyuma y'amakete hagati ya Perezida Pierre Nkurunziza w'u Burundi na Yoweri Museveni wa Uganda ari nawe arongoye umuryango w'ibihugu vya Afrika y'ubuseruko muri kino gihe.

Ibindi bisa n’ibi