Imvo ku mugambi wo kwimura umugwa mukuru w'u Burundi
Ntibishobora gukina mu cuma cawe

Ivyiyumviro vy'abatumire ku mugambi wo kwimura umugwa mukuru w'u Burundi mu ntara ya Gitega

Imvo n'imvano ku mugambi wo kwimura umugwa mukuru w'u Burundi mu ntara ya Gitega, aho bamwe basanga ico gikorwa gisa n'icihutishijwe uravye ibiba bikenewe; ubutegetsi nabwo bugasigura ko ari iciyumviro ca kera, ndetse ko ari vyiza ku banyagihugu ngo umugwa mukuru wegere bose. Abatumire barashikiriza ico bawiyumvirako.

Ibindi bisa n’ibi