Aba bakobwa b'aba nye Kenya bahujwe n'iyi ndwara

Aba bakobwa b'aba nye Kenya bahujwe n'iyi ndwara

Iyi ndwara ituma umubiri umenga wababaguritse, ariko nt'ibuza abantu kubandanya ubuzima bwabo kandi ntiyandukira.